BTM - جسر للمسلمين

هل يمكننا معرفة الحقيقة؟

صفحة غلاف كتاب Can We Know The Truth

Abizera benshi b'Abakristo n'aba Islamu basa n'abatitahura bompi mbere ntibanatahure ukwizera kwabo! Benshi biyumvira ko ayo madini abiri agwiriye cane، agashaka kumera kumwe، ko ata tandukaniro rinini riri hagati yayo kandi ko yaba Yesu na Muhamidi bahakwa kumera kumwe. Ibi bigatuma haba imisi mikuru bahuriramwo mu kibano mu gushimikira gusa ku bintu babona bahuriyeko mukibano.

أريكو, ناهو أتاجوكيكيرانيا كو بينتو بيشوشا هاجاتي يوكوا كويزيرا كوابو بابيري, نتيباكويي كودوكوجيرا مو كويرنجاجيزا إيباندوكانيا. Kugira tumenye ukuri، turakeneye kumenya ivyemeza. Ni ubugombe bw'Imana, Umuremyi wacu, yihishuriye ubwayo ivyaremwe vyayo kandi ishaka ko abantu bose bamenya ukuri, nk'uko dushobora kubisoma mu 1 تيم 2: 4: "Imana igomba abantu bose ko bakizwa Bagashika kukumenya ivy'ukuri".

Intumbero y'iki gitabu ni ukwerekana neza ishimikiro kuri ayo madini abiri، kwerekana ibishusha hamwe n'ibiyatandukanya. إيمانا موشوبورا تتجه نحو umwidegemvyo wo guhitamwo. Uruhara rwo kurondera، Gutahura no gufata iningo yo kwemera ukuri ni urwa buri wese muri twebwe.

كيروندي

هل يمكننا معرفة الحقيقة | مقطع 11

جدل الصلب في المسيحية والإسلام

->